URUFATIRO : INDONGOZI NI URUFATIRO RW’UBUZIMA BW’ABO IJEJWE Ku wa 20 NZERO 2022 Tugire CNDD-FDD Kubw’Imana Rugiravyose, Nyen’impuhwe n’Urukundo Mbanje kubaramutsa amahoro y’Imana Kuri uyu umusi mwiza wa kane igenekerezo rya 20 Nzero 2021, Tubanje gukengurukira Imana yawushikanyeko turi bazima. Nihabwe Icubahiro. Mpagaze ngaha imbere yanyu rero kugirango ndabahe ikaze nongere ndabakengurukire kubona mwaremeye kwitaba ubutumire…
Ijambo ry’ikaze ry’Umunyamabanga Mukuru w’Umugambwe CNDD-FDD- Amasengesho asozera Ndamukiza.
AMASENGESHO ASOZERA UKWEZI KWA NDAMUKIZA BUJUMBURA, 29 NDAMUKIZA 2021 IJAMBO RY’URUFATIRO “Ishengero riramubaza, riti None tugire dute? Arabishura, at’ Ufise amapfundo abiri, rimwe n’arihe utarifise, n’ufise ivyo kurya n’agire artyo. Kandi haza n’abatozakori kubatizwa, baramubaza, bati Mwigisha, tugire dute? Arabishura, ati Ntimugatoze abantu ibiruta ivyo mwagezwe. N’abasoda baramubaza, bati Tweho tugire dute? Arabishura, ati Ntihakagire…
BURUNDI : Waziri wa Mambo ya Nje na Ushirikiano wa Kimataifa wa Ubelgiji Didier Reynders aliagiza Wabelgiji wote waishio nchini kurudi makwao, lakini Balozi wa Ubelgiji « anakanusha »
TANGAZO N° 43/2015 LA CHAMA CNDD-FDD LA TAREHE 24 NOVEMBA, 2015 Tarehe 13 Novemba 2015, Waziri wa Mambo ya Nje na Ushirikiano wa Kimataifa wa Ubelgiji, kupitia vyombo vya habari vya RTBF cha Ubelgiji na IWACU ya Burundi aliagiza kwamba Wabelgiji wote waliopo nchini waondoke kwa madai kuwa wanasemwa vibaya na warundi hususan katika tangazo…
BURUNDI :Umushikiranganji w’Imigenderanire w’Ububirigi n’Amakungu Didier Reynders yasavye Ababirigi bose bari Mu Burundi ngo basubire i wabo, ariko uwuserukira Ububirigi ngo « uranguha ! »
ITANGAZO N° 043/2015 RY’UMUGAMBWE CNDD-FDD RYO KU WA 24 MUNYONYO 2015 Kw’igenekerezo rya 13 Munyonyo 2015, Umushikiranganji ajejwe imigenderanire y’Ububirigi n’Amakungu yavugiye ku kinyamakuru RTBF co mu Bubirigi no mu kinyamakuru Iwacu co mu Burundi aho yasavye ko Ababirigi bose bava mu Burundi,yitwaje ko ngo Abarundi babavuga nabi. Inyuma y’indwi imwe gusa iryo tangazo ritanzwe,…
Burundi: The Belgian foreign affairs minister Mr. Didier Reynders has asked Belgians to take their luggage and go back home but the Belgium embassy to Burundi says no
COMMUNIQUE N° 043/2015 OF THE CNDD-FDD PARTY OF NOVEMBER 24th, 2015 On November 13th , 2015, the Belgium’s foreign affairs minister has ordered all Belgians staying in Burundi to go back home through some media outlets such as RTBF and Iwacu newspaper, on the fallacious pretence that the ruling CNDD-FDD Party issues statements against Belgians…
Burundi: Le Ministre Belge des Relations Extérieures Monsieur Didier Reynders a demandé aux Belges de plier bagages et de rentrer chez eux mais l’Ambassade de Belgique au Burundi dit non.
COMMUNIQUE N° 043 /2015 DU PARTI CNDD-FDD DU 24NOVEMBRE 2015 En date du 13 novembre 2015, le Ministre chargé des Relations Extérieures de la Belgique Didier Reynders sur les ondes à travers les médias RTBF de Belgique et le Journal IWACU du Burundi a sommé tous les Belges résidant au Burundi de rentrer chez eux sous…


