URUFATIRO : INDONGOZI NI URUFATIRO RW’UBUZIMA BW’ABO IJEJWE Ku wa 20 NZERO 2022 Tugire CNDD-FDD Kubw’Imana Rugiravyose, Nyen’impuhwe n’Urukundo Mbanje kubaramutsa amahoro y’Imana Kuri uyu umusi mwiza wa kane igenekerezo rya 20 Nzero 2021, Tubanje gukengurukira Imana yawushikanyeko turi bazima. Nihabwe Icubahiro. Mpagaze ngaha imbere yanyu rero kugirango ndabahe ikaze nongere ndabakengurukire kubona mwaremeye kwitaba ubutumire…
Ijambo ry’ikaze ry’Umunyamabanga Mukuru w’Umugambwe CNDD-FDD- Amasengesho asozera Ndamukiza.
AMASENGESHO ASOZERA UKWEZI KWA NDAMUKIZA BUJUMBURA, 29 NDAMUKIZA 2021 IJAMBO RY’URUFATIRO “Ishengero riramubaza, riti None tugire dute? Arabishura, at’ Ufise amapfundo abiri, rimwe n’arihe utarifise, n’ufise ivyo kurya n’agire artyo. Kandi haza n’abatozakori kubatizwa, baramubaza, bati Mwigisha, tugire dute? Arabishura, ati Ntimugatoze abantu ibiruta ivyo mwagezwe. N’abasoda baramubaza, bati Tweho tugire dute? Arabishura, ati Ntihakagire…
Umugambwe CNDD-FDD urateye ivyatsi abicanyi bigenza nk’abihevyi ba Boko Haram, Al-Shebab na Al Qaeda
ITANGAZO NO 037 /2015 RY’UMUGAMBWE CNDD-FDD RYO KU WA 14 GITUGUTU 2015 Haraheze iminsi hari abicanyi barasa bakongera bagatera amagerenade abapolisi mbere bakica n’abantu bamwe bamwe , rimwe na rimwe bakoresheje amapikipiki. Abo bicanyi kubera bashigikiwe n’ibihugu bimwe bimwe bibaha amahera n’ibirwanisho, baca basimbira ku maradiyo mpuzamakungu bavuga ngo mu Burundi hari ubwicanyi bufatiye ku moko….
The ruling CNDD-FDD Party condemns the killers behaving like Boko Haram, Al Shebaab and Al Qaeda
COMMUNIQUE N° 037/2015 OF THE CNDD-FDD PARTY OF OCTOBER 14th, 2015 Killers have been shooting and exploding grenades at police stations and killing persons. To do such horrendous crimes, they used motorbikes. All of this is carried out following money and weapons from some of the developed countries that use broadcasters airing it is a…
Le Parti CNDD-FDD s’insurge contre les tueurs qui se comportent comme ceux de Boko Haram, Al Shebab et Al Qaeda
COMMUNIQUE NO 037 /2015 DU PARTI CNDD-FDD DU 14 OCTOBRE 2015 1. Il y a quelque temps, des assassinats sélectifs sont observés visant les corps de la défense nationale et de la sécurité publique et quelques individus ciblés qui succombent suite au jet des grenades et des fusillades. Ces terroristes utilisent des véhicules et des…
Chama CNDD-FDD kinalaani wauaji wenye staili kama Boko Haram, Al-Shebab na Al Qaeda
TANGAZO N° 037/2015 LA CHAMA CNDD-FDD LA TAREHE 14 OKTOBA, 2015 Kumekuwa na wauaji wanaotumia risasi na kuwarushia askari polisi mabomu ya mkono pamoja na kuwaua baadhi ya watu, wakati mwingine wauaji hao hutumia pikipiki. Hao wakiungwa mkono na baadhi ya mataifa wahisani, wanawahi kutoa taarifa wakisema kuwa ni masuala ya ukabila. Mfano tarehe…


