Month: mai, 2021

IJAMBO RYA NYAKWUBAHWA UMUNYAMABANGA MUKURU W’UMUGAMBWE CNDD-FDD RYO KWUGURURA AMASENGESHO MPUZAMADINI
Non classé

IJAMBO RYA NYAKWUBAHWA UMUNYAMABANGA MUKURU W’UMUGAMBWE CNDD-FDD RYO KWUGURURA AMASENGESHO MPUZAMADINI

URUFATIRO :  INDONGOZI NI URUFATIRO RW’UBUZIMA BW’ABO IJEJWE  Ku wa 20 NZERO 2022 Tugire CNDD-FDD Kubw’Imana Rugiravyose, Nyen’impuhwe n’Urukundo Mbanje kubaramutsa amahoro y’Imana Kuri uyu umusi mwiza wa kane igenekerezo rya 20 Nzero 2021, Tubanje gukengurukira Imana yawushikanyeko turi bazima. Nihabwe Icubahiro. Mpagaze ngaha imbere yanyu rero kugirango ndabahe ikaze nongere ndabakengurukire kubona mwaremeye kwitaba ubutumire…

Ijambo ry’ikaze ry’Umunyamabanga Mukuru w’Umugambwe CNDD-FDD- Amasengesho asozera Ndamukiza.
Non classé

Ijambo ry’ikaze ry’Umunyamabanga Mukuru w’Umugambwe CNDD-FDD- Amasengesho asozera Ndamukiza.

AMASENGESHO ASOZERA UKWEZI KWA NDAMUKIZA BUJUMBURA, 29 NDAMUKIZA 2021 IJAMBO RY’URUFATIRO “Ishengero riramubaza, riti None tugire dute? Arabishura, at’ Ufise amapfundo abiri, rimwe n’arihe utarifise, n’ufise ivyo kurya n’agire artyo.  Kandi haza n’abatozakori kubatizwa, baramubaza, bati Mwigisha, tugire dute? Arabishura, ati Ntimugatoze abantu ibiruta ivyo mwagezwe. N’abasoda baramubaza, bati Tweho tugire dute? Arabishura, ati Ntihakagire…

Ijambo ry’ikaze ry’Umunyamabanga Mukuru w’Umugambwe CNDD-FDD- Amasengesho asozera ukwezi kwa Rusama.
Non classé

Ijambo ry’ikaze ry’Umunyamabanga Mukuru w’Umugambwe CNDD-FDD- Amasengesho asozera ukwezi kwa Rusama.

Mana Mushobora vyose; Nyenicubahiro Umukuru w’Igihugu cacu c’Uburundi ukaba n’Umukuru w’Inama Nkuru y’Inararibonye, n’Umutambukanyi wanyu; Nyakubahwa Mukuru w’Inama Nshingamateka mukaba no mu Nama Nkuru y’Inararibonye, n’Umutambukanyi wanyu; Banyakwubahwa muri mu Nama Nkuru y’Inararibonye; Banyakwubahwa muri mu Buserukizi Bukuru bw’Umugambwe CNDD-FDD; Nyakwubahwa Muhuza w’Abarundi; Nyakwubahwa Cegera c’Umukuru w’Inama Nkenguzamateka; Banyakwubahwa Bashingamateka, Bakenguzamateka, Bashikiranganji, Bakozi b’Imana; Banyakwubahwa…

Le Parti CNDD-FDD adresse ses félicitations au Nouveau Secrétaire Général du Parti CCM au pouvoir  en Tanzanie
Non classé

Le Parti CNDD-FDD adresse ses félicitations au Nouveau Secrétaire Général du Parti CCM au pouvoir en Tanzanie

Le Parti au pouvoir en République du Burundi, CNDD-FDD, a reçu avec immense joie la nouvelle de l’élection du Président de la République Unie de Tanzanie comme Président du Parti au pouvoir, CCM « Chama cha Mapinduzi », ainsi que l’élection du Nouveau Secrétaire Général dudit Parti. C’est par ces mots de salutation que le Secrétaire Général…

Umugambwe CNDD-FDD urakeza Umunyamabanga Mukuru yatowe mu mugambwe CCM uyoboye igihugu ca Tanzaniya
Non classé

Umugambwe CNDD-FDD urakeza Umunyamabanga Mukuru yatowe mu mugambwe CCM uyoboye igihugu ca Tanzaniya

Umugambwe uri ku butegetsi mu Burundi, CNDD-FDD, wakiranye umunezero itorwa ry’Umukuru w’Igihugu kibanyi ca Tanzaniya ngo ayobore Umugambwe CCM uri ku butegetsi muri ico gihugu, hamwe n’itorwa ry’Umunyamabanga Mukuru w’uwo Mugambwe. Ni kuri iyo ndamutso, Nyakwubahwa Reveriyano NDIKURIYO, Umunyamabanga Mukuru w’Umugambwe CNDD-FDD, yandikiye Umunyamabanga Mukuru w’Umugambwe CCM “Chama cha Mapinduzi”, kuri uyu wa 1 rusama…