Gukeza abatowe mu ntara ya Bujumbura no kubasaba kubera abavyeyi abo barongoye, gusubiza abagumyabanga ku kivi inyuma y’amatora, kuganira ku bibazo bijanye no kubungabunga amahoro n’umutekano, ni bimwe mu vyashikanye mu ntara ya Bujumbura, icegera c’Umunyamabanga mukuru w’Umugambwe CNDD-FDD, Umukenguzamateka Yozefu Ntakirutimana, aho kuri uyu […]
