URUFATIRO : INDONGOZI NI URUFATIRO RW’UBUZIMA BW’ABO IJEJWE Ku wa 20 NZERO 2022 Tugire CNDD-FDD Kubw’Imana Rugiravyose, Nyen’impuhwe n’Urukundo Mbanje kubaramutsa amahoro y’Imana Kuri uyu umusi mwiza wa kane igenekerezo rya 20 Nzero 2021, Tubanje gukengurukira Imana yawushikanyeko turi bazima. Nihabwe Icubahiro. Mpagaze ngaha imbere yanyu rero kugirango ndabahe ikaze nongere ndabakengurukire kubona mwaremeye kwitaba ubutumire…
Ijambo ry’ikaze ry’Umunyamabanga Mukuru w’Umugambwe CNDD-FDD- Amasengesho asozera Ndamukiza.
AMASENGESHO ASOZERA UKWEZI KWA NDAMUKIZA BUJUMBURA, 29 NDAMUKIZA 2021 IJAMBO RY’URUFATIRO “Ishengero riramubaza, riti None tugire dute? Arabishura, at’ Ufise amapfundo abiri, rimwe n’arihe utarifise, n’ufise ivyo kurya n’agire artyo. Kandi haza n’abatozakori kubatizwa, baramubaza, bati Mwigisha, tugire dute? Arabishura, ati Ntimugatoze abantu ibiruta ivyo mwagezwe. N’abasoda baramubaza, bati Tweho tugire dute? Arabishura, ati Ntihakagire…
ITANGAZO N° 017/2015 RY’UMUGAMBWE CNDD-FDD RYEREKEYE IBIHE VY’IMYIYAMAMAZO RYO KU WA 22 RUSAMA 2015
UMUGAMBWE CNDD-FDD UREMEZA KO ATACOBUZA KO AMATORA ABA KUKO UMUTEKANO URAKWIYE ITANGAZO N° 017/2015 RY’UMUGAMBWE CNDD-FDD RYEREKEYE IBIHE VY’IMYIYAMAMAZO RYO KU WA 22 RUSAMA 2015 UMUGAMBWE CNDD-FDD UREMEZA KO ATACOBUZA KO AMATORA ABA KUKO UMUTEKANO URAKWIYE Inyuma y’aho abanyepolitike bamwe bamwe ndetse n’abarongoye amashirahamwe avuga ko ataho yegamiye mu vya politike yihaye kugumura no gukwiragiza…