Actualité
ITANGAZO RY’UMUGAMBWE CNDD-FDD RYO GUSHIMA INGINGO INAMA NKURU IJEJWE UMUTEKANO Y’ISHIRAHAMWE MPUZAMAKUNGU ONU YARAYE IFASHE YO GUKURA UBURUNDI K’URUTONDE RW’IVYIRWA MU BIJANYE N’UMUTEKANO.
Umugambwe CNDD-FDD wifatikanije n’abagumyabanga bose, ndetse n’abarundi bose muri rusangi kugira ugaragaze icese ko wakiranye urweze ingingo rugabo ih...