URUFATIRO : INDONGOZI NI URUFATIRO RW’UBUZIMA BW’ABO IJEJWE Ku wa 20 NZERO 2022 Tugire CNDD-FDD Kubw’Imana Rugiravyose, Nyen’impuhwe n’Urukundo Mbanje kubaramutsa amahoro y’Imana Kuri uyu umusi mwiza wa kane igenekerezo rya 20 Nzero 2021, Tubanje gukengurukira Imana yawushikanyeko turi bazima. Nihabwe Icubahiro. Mpagaze ngaha imbere yanyu rero kugirango ndabahe ikaze nongere ndabakengurukire kubona mwaremeye kwitaba ubutumire…
Ijambo ry’ikaze ry’Umunyamabanga Mukuru w’Umugambwe CNDD-FDD- Amasengesho asozera Ndamukiza.
AMASENGESHO ASOZERA UKWEZI KWA NDAMUKIZA BUJUMBURA, 29 NDAMUKIZA 2021 IJAMBO RY’URUFATIRO “Ishengero riramubaza, riti None tugire dute? Arabishura, at’ Ufise amapfundo abiri, rimwe n’arihe utarifise, n’ufise ivyo kurya n’agire artyo. Kandi haza n’abatozakori kubatizwa, baramubaza, bati Mwigisha, tugire dute? Arabishura, ati Ntimugatoze abantu ibiruta ivyo mwagezwe. N’abasoda baramubaza, bati Tweho tugire dute? Arabishura, ati Ntihakagire…
Itangazo ku bamenyeshamakuru-Nyakanga 2022
Tubanje guca bugufi no gukenguruka ikingongwe, Urukundo, Imana Nyeny’Ubushobozi ifise ikibanza ca mbere mu gihugu c’Uburundi no mu mugambwe wacu CNDD-FDD idahengeshanya kwerekana ku Barundi, abana Bayo. Ni ishemezwe hose na bose, Yadushoboje kuramuka dusangwa Amahoro, Umutekano n’impore mu gihugu cacu ciza c’Uburundi. Kuri rino genekerezo rya 07 Nyakanga 2022, Umugambwe CNDD-FDD uramutse ushikiriza Abarundi…