Ibikorwa Rusangi: Abagumyabanga bariko biyubakira ingoro y’Umugambwe mw’i Komine igeretse (Mutimbuzi)

Umunyamabanga Mukuru w’Umugambwe CNDD-FDD Nyeniteka Reveriyano Ndikuriyo arabandanya kwishikira ku kivi mu ntumbero yo gusubiza akanovera ibikorwa rusangi, kuri munsi wagatandatu igenekerezo rya 05 Ntwarante 2022 yishikiye mubikorwarusangi mu Ntara ya Bujumbura muri komine Mutimbuzi, aho yifatikanije n’abenegihugu mu kubaka ingoro y’umugambwe CNDD-FDD ya komine […]