URUFATIRO : INDONGOZI NI URUFATIRO RW’UBUZIMA BW’ABO IJEJWE Ku wa 20 NZERO 2022 Tugire CNDD-FDD Kubw’Imana Rugiravyose, Nyen’impuhwe n’Urukundo Mbanje kubaramutsa amahoro y’Imana Kuri uyu umusi mwiza wa kane igenekerezo rya 20 Nzero 2021, Tubanje gukengurukira Imana yawushikanyeko turi bazima. Nihabwe Icubahiro. Mpagaze ngaha imbere yanyu rero kugirango ndabahe ikaze nongere ndabakengurukire kubona mwaremeye kwitaba ubutumire…
Ijambo ry’ikaze ry’Umunyamabanga Mukuru w’Umugambwe CNDD-FDD- Amasengesho asozera Ndamukiza.
AMASENGESHO ASOZERA UKWEZI KWA NDAMUKIZA BUJUMBURA, 29 NDAMUKIZA 2021 IJAMBO RY’URUFATIRO “Ishengero riramubaza, riti None tugire dute? Arabishura, at’ Ufise amapfundo abiri, rimwe n’arihe utarifise, n’ufise ivyo kurya n’agire artyo. Kandi haza n’abatozakori kubatizwa, baramubaza, bati Mwigisha, tugire dute? Arabishura, ati Ntimugatoze abantu ibiruta ivyo mwagezwe. N’abasoda baramubaza, bati Tweho tugire dute? Arabishura, ati Ntihakagire…
Umugambwe uguma utera intambwe, abarenga 1500 binjiye muri Komine Songa ya Bururi.
Kari akanyamuneza ku bagumyabanga bo muri komine ya Songa yo mu ntara ya Bururi, aho bari baramutse binjira ku mugaragaro ingoro y’umugambwe CNDD-FDD yo muri iyo komine biyubakiye, bakira n’abagumyabanga bashasha bagera ku gihumbi n’amaja atanu (1500) basavye kwinjira mu mu gambwe CNDD-FDD baheba imigambwe itandukanye bahoramwo nka CNL,UPRONA,FNL, n’abandi batari bwinjire mu mugambwe numwe….