UBUTUMWA BW’UMUGAMBWE CNDD-FDD KU WA 14 NYAKANGA 2021

Umugambwe CNDD-FDD urakurikiranira hafi ibimaze imisi bishikirizwa n’abenegihugu ku nyifato y’indongozi mu gihugu. Turashimishwa n’iyo ntambwe nziza tugezeko mu gutsimbataza demokarasi mu gihugu. Twishimikije ingingo zihambaye ziheruka gupfundikwa n’Inama ya Komite Nkuru y’Umugambwe CNDD-FDD yakoraniye i Ngozi ku magenekerezo ya 26 na 27 Myandagaro 2021, […]