Akabirya uno mwaka, Samuragwa Jenerari Majoro Evariste Ndayishimiye mukwimikwa azorahirira imbere y’Abarundi bose ishengero rikoranye

  Muri rwa rukurikirane rw’amakoraniro y’imyiyamamazo y’Umugambwe CNDD-FDD n’umukandida wawo mu matora mu matora yimirije, ku munsi wa kane hirya no hino mu Burundi bwose, ibikorwa vyari bigizwe n’ibice bibiri: ya masengesho Umugambwe CNDD-FDD usanzwe utunganya buri munsi wa kane usozera ukwezi, hamwe rero n’ibikorwa … Lire la suite de Akabirya uno mwaka, Samuragwa Jenerari Majoro Evariste Ndayishimiye mukwimikwa azorahirira imbere y’Abarundi bose ishengero rikoranye