Imbere ya Vyose tubanje gushimira Imana mushobora vyose yadushikanye kuri uyu musi ikongera ikaba yashishikaye kuzigama igihugu cacu, ndetse n’Umugambwe wacu CNDD-FDD n’abarundi bose n’ihabwe icubahiro. Turashimira Imana ku ntambwe nziza y’ukwikukira nyakuri Uburundi bwaraye bwinjiyemwo. Ni integuro nziza y’Imana, Imana twahaye ikibanza ca […]
