ITANGAZO N°005 RY’UMUGAMBWE CNDD-FDD, RYIYAMIRIZA ICEGERANYO C’IBINYOMA C’UMURWI UJEJWE AMATOHOZA KU VYEREKEYE AGATEKA KA ZINAMUNTU MU BURUNDI

  Umugambwe CNDD-FDD warakiriye ibiri mu cegeranyo cashizwe ahabona n’umurwi ujejwe amatohoza ku vyerekeye agateka ka zinamuntu mu Burundi, bisabwe n’Umuryango w’ubumwe bwa Buraya ubicishije mu ngingo ya 33/24 y’Inama y’agateka ka zinamuntu. Iyo ngingo ikaba yatowe n’ibihugu 19 kuri 45 bigize iyo nama. Muri […]

Ijambo rishikirijwe n’umunyamabanga mukuru w’umugambwe

Nyenicubahiro Umukuru w’igihugu cacu c’Uburundi, ukaba uri Imboneza mu mugambwe wacu CNDD-FDD Mwanyakwubahwa mugize Inama nkuru y’Inararibonye; Mwanyakwubahwa muri mu Buserukizi bukuru bw’umugambwe wacu CNDD-FDD; Nyakwubahwa Mukuru w’Inama nshingamateka y’Uburundi ukaba n’Umugumyabanga; Nyakwubahwa Mukuru w’Inama nkenguzamateka y’Uburundi ukaba n’Umugumyabanga; Nyakwubahwa Cegera ca Kabiri C’Umukuru w’igihugu […]