ITANGAZO NO 044 /2015 RY’UMUGAMBWE CNDD-FDD RYO KU WA 14 KIGARAMA 2015

Umubirigi Louis Michel ahanura abantu biwe guharanira ugukurakuranwa ku buyobozi bw’igihugu hisunzwe amoko kuko azi ko ari urupfu rwa demokarasi Kw’igenekerezo rya 23 Munyonyo 2015, Umukuru w’ishirahamwe rigwanya ibiturire no gusesagura amatungo y’Igihugu (OLUCOME) yarandikiye ikete Nyenicubahiro Yoweri Kaguta Museveni. Iryo kete rifise inomero 049 /Olucome/2015, […]