Umugambwe CNDD-FDD urashima ingingo yaraye ifashwe n’Inama Nkuru y’Umutekano y’Ishirahamwe Mpuzamakungu (CSNU)

ITANGAZO NO 040/2015 RY’UMUGAMBWE CNDD-FDD RYO KU WA 13 MUNYONYO 2015  Umugambwe CNDD-FDD urashima ingingo yaraye ifashwe n’Inama Nkuru y’Umutekano y’Ishirahamwe Mpuzamakungu (CSNU).   Kw’igenekerezo rya 12 Munyonyo 2015, Inama Nkuru y’Umutekano kw’Isi yarakoranye aho yafashe ingingo ikomeye NO 2248 (2015)yo gufasha Uburundi kwogorora muri […]