Umugambwe CNDD-FDD urateye ivyatsi abicanyi bigenza nk’abihevyi ba Boko Haram, Al-Shebab na Al Qaeda

ITANGAZO NO 037 /2015 RY’UMUGAMBWE CNDD-FDD RYO KU WA 14 GITUGUTU 2015  Haraheze iminsi hari abicanyi barasa bakongera bagatera amagerenade abapolisi  mbere bakica n’abantu bamwe bamwe , rimwe na rimwe bakoresheje amapikipiki. Abo bicanyi kubera bashigikiwe n’ibihugu bimwe bimwe bibaha amahera n’ibirwanisho, baca basimbira ku maradiyo […]