ITANGAZO N° 041/2015 RY’UMUGAMBWE CNDD-FDD RYO KU WA 16 MUNYONYO 2015 Umugambwe CNDD-FDD urahojeje igihugu c’Ubufaransa n’Abenegihugu b’Ubufaransa inyuma y’aho wumviye ko iterabwoba ryateye muri ico gihugu. Urababajwe cane kandi uriyamirije wivuye inyuma ububisha bw’iterabwoba nk’ubwo atawe bugera umutwe. Nta gihugu na kimwe, nta mugabane n’umwe abakora iterabwoba bagera umutwe. Harageze n’imba hatararengerana ko ibihugu…
Le Combattant, Ligue des Vétérans, Politique / 17 novembre 2025 Journée “Intwari” : le CNDD-FDD honore les Héros de la paix et de la démocratie à Gifurwe
Comme chaque année, le Parti CNDD-FDD a célébré ce dimanche 16 novembre 2025, la Journée “Intwari”, dédiée aux Héros de la paix et de la démocratie. Cette commémoration vise à honorer la mémoire de celles et ceux qui se sont sacrifiés pour la restauration de la paix et de la démocratie au Burundi. L’édition de...

