ITANGAZO RY’UMUGAMBWE CNDD-FDD RIJANYE N’UKWIBUKA IGANDAGURWA RYA NYENICUBAHIRO UMUKURU W’IGIHUGU CYPRIEN NTARYAMIRA

  Imyaka 24 irarangiye, Nyenicubahiro Umukuru w’igihugu c’Uburundi Cyprien NTARYAMIRA n’abashikiranganji babiri ba Reta y’Uburundi Bernard Ciza na Cyriaque Simbizi bagandaguriwe mu gihugu kibanyi c’Urwanda. Kuri iryo genekerezo rya 6 Ndamukiza 1994, indege barimwo yari isanzwe irerura umukuru w’igihugu c’Urwanda Juvénal Habyarimana yatewe igisasu ca […]

ITANGAZO N°005 RY’UMUGAMBWE CNDD-FDD, RYIYAMIRIZA ICEGERANYO C’IBINYOMA C’UMURWI UJEJWE AMATOHOZA KU VYEREKEYE AGATEKA KA ZINAMUNTU MU BURUNDI

  Umugambwe CNDD-FDD warakiriye ibiri mu cegeranyo cashizwe ahabona n’umurwi ujejwe amatohoza ku vyerekeye agateka ka zinamuntu mu Burundi, bisabwe n’Umuryango w’ubumwe bwa Buraya ubicishije mu ngingo ya 33/24 y’Inama y’agateka ka zinamuntu. Iyo ngingo ikaba yatowe n’ibihugu 19 kuri 45 bigize iyo nama. Muri […]