ITANGAZO RY’UMUGAMBWE CNDD-FDD INYUMA Y’ISHIRWAKO RY’UMUKONO KW’IBWIRIZWA NSHINGIRO KUWA 7 RUHESHI 2018

  Imbere ya Vyose tubanje gushimira Imana mushobora vyose yadushikanye kuri uyu musi ikongera ikaba yashishikaye kuzigama igihugu cacu, ndetse n’Umugambwe wacu CNDD-FDD n’abarundi bose  n’ihabwe icubahiro. Turashimira Imana ku ntambwe nziza y’ukwikukira nyakuri Uburundi bwaraye bwinjiyemwo. Ni integuro nziza y’Imana, Imana twahaye ikibanza ca […]

ITANGAZO RY’UMUGAMBWE CNDD-FDD RIKEZA ABARUNDI KU NTAMBWE Y’UKWIYEMEREZA IBWIRIZWA NSHINGIRO RY’UBURUNDI.

    Ku bw’Imana Rugiravyose, Nyene impuhwe n’urukundo n’ikigongwe, Kw’izina ry’abagumyabanga bose bahurikiye mu mugambwe CNDD-FDD, Ndi n’iteka n’akanyamuneza ntangere ko gukeza abarundi bose bitavye ku bwinshi bakitorera mu muco umutima uri mu nda bemeza ibwirizwa nshingiro rihihanyuye ku biharuro bishimishije cane. Igenekerezo rya 17 […]