Samuragwa: Abarundi twarabonye Imana

  Mu myiyamamazo yabereye muri komine Kayokwe, kuri uwu wa 28 Ndamukiza 2020, Samuragwa, Umukandida w’Umugambwe CNDD-FDD mu matora azoba kuri uwu wa 20 Ndamukiza 2020, Jenerari Majoro Evariste Ndayishimiye, yamenyesheje ko Abarundi twemeza ko twabonye Imana.   Samuragwa ati: “Twaraciye mu ngorane zitandukanye, nk’amacakubiri […]

IJAMBO RY’INTANGAMARARA RYO KU WA 25 RUHUHUMA 2020

  Tubanje gushimira Imana Mushobora vyose yadushikanye uwu musi turi bazima,twishira tukizana mu gihugu gitotahaye kirimwo amahoro n’amahonda, n’umutekano irakaninahazwa ibihe bidashira.   Kuru uyu musi igenekerezo rya 25 Ruhuhuma 2020, Umugambwe CNDD-FDD uri n’akanyamuneza kenshi ko kumenyesha Aburundi n’Amakungu ko ko duhejeje gushikiriza Umugwi […]

Umugambwe CNDD-FDD ubandanya uhurumbirwa na bose mu ntara ya Muyinga

  Abagumyabanga ntibasiba kugaragaza umunezero wabo inyuma yaho Ikoraniro Kaminuza ridasanzwe ry’Umugambwe CNDD-FDD ritoreye Gen Maj Varisito Ndayishimiye azowuserukire mu matora y’umukuru w’igihugu.Mu ntara ya Muyinga, muri komine Giteranyi kuruyu wa gatandatu igenekerezo rya 15 Ruhuhuma 2020, hari haramutse ibirori vyo kwiginana vyatunganijwe n’umuhari w’imbonerakure. […]

COMMUNIQUE DE PRESSE DU PARTI CNDD-FDD  RELATIF A LA COMMEMORATION DU 26ème ANNIVERSAIRE DE L’ASSASSINAT DE SON EXCELLENCE LE PRESIDENT DE LA REPUBLIQUE MELCHIOR NDADAYE, HEROS NATIONAL DE LA  DEMOCRATIE.

    Ce 21 octobre 2019, le peuple Burundais commémore,  les rangs serrés et dans la tristesse,   le 26ème anniversaire de l’ignoble assassinat du premier Président démocratiquement élu et ses proches collaborateurs démocrates. le Parti CNDD-FDD se joint à tous les Citoyens Patriotes du Burundi […]

ITANGAZO RY’UMUGAMBWE CNDD-FDD RIJANYE NO KWIBUKA IMYAKA 26 IRANGIYE UMUKURU W’IGIHUGU AKABA N’ INCUNGU YA DEMOKARASI  NYENICUBAHIRO MERIKIYORO NDADAYE AGANDAGUWE

    Mu gihe Abarundi twibuka imyaka mirongo ibiri n’itandatu irangiye Nyenicubahiro Prezida Ndadaye Merikiyori n’abo bafashanya kurongora igihugu bagandaguwe bunyamanswa n’abari bajejwe kubakingira, Umugambwe CNDD-FDD wongeye kwifatanya n’Abarundi bose bakunda igihugu cabo, mu gutera ivyatsi abo bansi b’igihugu abateguye n’abashize mu ngiro iryo bara […]