Igihugu c’Uburundi kigiye kuba rurangiranwa mu vyo gutsimbataza Demokarasi inshingiye ku mico kama, imigenzo n’akaranga vy’Uburundi. Uyu ni umwe mu migambi myinshi Umuhizi mw’iterambere Nyakwubahwa Samuragwa Varisito NDAYISHIMIYE, Umukandida w’Umugambwe CNDD-FDD mu matora yo ku wa 20 Rusama 2020 agiye kurangurira Uburundi n’abarundi muri […]
