Le Parti au pouvoir en République du Burundi, CNDD-FDD, a reçu avec immense joie la nouvelle de l’élection du Président de la République Unie de Tanzanie comme Président du Parti au pouvoir, CCM « Chama cha Mapinduzi », ainsi que l’élection du Nouveau Secrétaire Général dudit Parti. C’est par ces mots de salutation que le Secrétaire Général…
Umugambwe CNDD-FDD urakeza Umunyamabanga Mukuru yatowe mu mugambwe CCM uyoboye igihugu ca Tanzaniya
Umugambwe uri ku butegetsi mu Burundi, CNDD-FDD, wakiranye umunezero itorwa ry’Umukuru w’Igihugu kibanyi ca Tanzaniya ngo ayobore Umugambwe CCM uri ku butegetsi muri ico gihugu, hamwe n’itorwa ry’Umunyamabanga Mukuru w’uwo Mugambwe. Ni kuri iyo ndamutso, Nyakwubahwa Reveriyano NDIKURIYO, Umunyamabanga Mukuru w’Umugambwe CNDD-FDD, yandikiye Umunyamabanga Mukuru w’Umugambwe CCM “Chama cha Mapinduzi”, kuri uyu wa 1 rusama…
Ijambo ry’ikaze ry’Umunyamabanga Mukuru w’Umugambwe CNDD-FDD- Amasengesho asozera Ndamukiza.
AMASENGESHO ASOZERA UKWEZI KWA NDAMUKIZA BUJUMBURA, 29 NDAMUKIZA 2021 IJAMBO RY’URUFATIRO “Ishengero riramubaza, riti None tugire dute? Arabishura, at’ Ufise amapfundo abiri, rimwe n’arihe utarifise, n’ufise ivyo kurya n’agire artyo. Kandi haza n’abatozakori kubatizwa, baramubaza, bati Mwigisha, tugire dute? Arabishura, ati Ntimugatoze abantu ibiruta ivyo mwagezwe. N’abasoda baramubaza, bati Tweho tugire dute? Arabishura, ati Ntihakagire…
Message de condoléances du Parti CNDD-FDD au peuple Tchadien suite à la disparition du Président Idriss Déby Itno
Le Secrétaire Général du Parti CNDD-FDD, Honorable Réverien NDIKURIYO annonce qu’il a appris avec grande tristesse et consternation la nouvelle du décès de l’ancien Président de la République de Tchad, Feu Son Excellence Maréchal Idriss Déby Itno, survenu en date du 20 avril 2021. Dans un message de condoléances qu’il a envoyé au peuple ami…
Le Parti CNDD-FDD présente ses félicitations au Nouveau Premier Secrétaire du Parti au pouvoir PCC au Cuba
Le Secrétaire Général du Parti au Pouvoir au Burundi, CNDD-FDD, Honorable Réverien NDIKURIYO a envoyé un message de félicitations à Son Excellence Miguel Diaz-Canel Bermudez actuel Président du Cuba, récemment élu également Premier Secrétaire du Parti au pouvoir PCC « Parti Communiste Cubain », lit-on dans une correspondance du 22 avril 2021. Le Secrétaire Général du Parti…
Umugambwe CNDD-FDD urakeza Umunyamabanga wa mbere yatowe mu mugambwe PCC muri Cuba
Nyakwubahwa Reveriyano NDIKURIYO, Umunyamabanga Mukuru w’Umugambwe CNDD-FDD, arakeza Nyenicubahiro Miguel Diaz-Canel Bermudez, Umunyamabanga wa mbere w’Umugambwe uri ku butegetsi akaba n’Umukuru w’Igihugu ca Cuba, nk’uko biri mu butumwa yamurungikiye kw’igenekerezo rya 22 ndamukiza 2021. Umunyamabanga Mukuru w’Umugambwe CNDD-FDD yarakeje cane Umugambwe PCC “Parti Communiste de Cuba” washoboye gutunganya neza ikoraniro ridasanzwe rigira umunani, ryabaye kw’igenekerezo…
Umugambwe CNDD-FDD warungitse Ubutumwa bwo guhoza abenegihugu ba Tchad inyuma y’urupfu rw’uwahoze ari Umukuru w’ico gihugu
Umunyamabanga Mukuru w’Umugambwe CNDD-FDD, Nyakwubahwa Reveriyano NDIKURIYO yakiranye umubabaro inkuru y’urupfu rwahitanye Uwahoze ari Umukuru w’Igihugu ca Tchad, Nyenicubahiro Maréchal Idriss Déby Itno, rwabaye kw’igenekerezo rya 20 ndamukiza 2021. Mw’ikete yarungitse muri ico gihugu kigenzi, yahojeje abenegihugu ba Tchad na canecane Umunyamabanga Mukuru w’Umugambwe uri ku butegetsi muri ico gihugu, MPS « Parti (Mouvement Patriotique du…
Sebarundi ati: « Dushaka indongozi zitwararika abagumyabanga, atari bamwe baharanira ivyicaro »
Mw’ijambo Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye, Umukuru w’igihugu akaba n’umukuru w’Inama Nkuru y’Inararibonye yashikirije mu kwugurura icese Ikoraniro Kaminuza Ridasanzwe yaribukije ico arico kuba indongozi mu Bagumyabanga. Ati :“Kuba indongozi mu mugambwe CNDD-FDD, ni ibanga, ni umuhamagaro, ni igitsibo, ni ukwemera gukora udaharura amasaha. Ni ukwemera gukorera abenegihugu utiziganya; bitandukanye rero na bimwe vya kera, aho wamengo…
Umugumyabanga Reveriyano Ndikuriyo yatowe ngo abe umunyamabanga mukuru w’Umugambwe CNDD-FDD
Umugumyabanga Reveriyano Ndikuriyo, asanzwe yarizewe n’abenegihugu bo mu tara ya Makamba ngo abaserukire mu nama nkenguzamateka mu matora aheruka yo mu 2020, niwe Abagumyabanga bagize Ikoraniro Kaminuza ry’Umugambwe CNDD-FDD batoye ngo abarongore nk’Umunyamabanga Mukuru. Aho hari mw’Ikoraniro Kaminuza ryatunganijwe n’Umugambwe CNDD-FDD kuri uyu wa 24 Nzero 2020 ku civugo: «Bagumyabanga dukomeze Demokarasi mu Burundi mu…
ITANGAZO RISOZERA IKORANIRO KAMINUZA RIDASANZWE RY’UMUGAMBWE CNDD-FDD RYO KW’IGENEKEREZO RYA 24 NZERO 2021 RYABEREYE I GITEGA.
Kw’igenekerezo rya 24 Nzero 2020, Umugambwe CNDD-FDD watunganije Ikoraniro Kaminuza ridasanzwe, rikaba ryabereye i Gitega, umurwa mukuru wa poritike. Ikoraniro ryabaye ku civugo :‘’BAGUMYABANGA, DUKOMEZE DEMOKARASI MU BURUNDI MU KWITORERA INDONGOZI’’ Ikoraniro Kaminuza Ridasanzwe riri mu rukurikirane rw’amateka mashasha y’Igihugu n’Umugambwe CNDD-FDD, ryabaye Abagumyabanga bamaze imisi itatu imbere y’Imana nkuko vyafunditswe mw’Ikoraniro Kaminuza Ridasanzwe ryo ku wa…







