En ce merveilleux jour pour les amis de la paix et de la démocratie, le parti CNDD-FDD remercie avec une joie inégalée le Dieu tout Puissant qui a guidé les Burundais durant tout le processus électoral qui a abouti aux élections du 20 mai […]
En ce merveilleux jour pour les amis de la paix et de la démocratie, le parti CNDD-FDD remercie avec une joie inégalée le Dieu tout Puissant qui a guidé les Burundais durant tout le processus électoral qui a abouti aux élections du 20 mai […]
Kuri uyu munsi mwiza ku bakunzi b’amahoro na demokarasi, Umugambwe CNDD-FDD uri n’akanyamuneza ntangere ko gushimira ubwa mbere Imana Mushoboravyose yagiye imbere abarundi mu nteguro no mu matora nyezina yabaye ku wa 20 rusama 2020. Umugambwe CNDD-FDD urakeje abarundi isinzi bitavye amatora yo kw’igenekerezo […]
Chers frères Burundais, Chers membres du Parti CNDD-FDD Chers amis et sympathisants du Parti CNDD-FDD Que notre Dieu soit loué en tout temps et en tout lieu; Que tous sachent que c’est le Bon Dieu qui a toujours sécouru les Burundais. C’est ce […]
Barundi benewacu, Ncuti z’umugambwe CNDD-FDD Imana mukama wacu ni ishimagizwe ibihe vyose; Amahanga yose abimenye ko ariyo yama irokora Uburundi ibihe vyose. Ni iyo Mana dusenga yaraye iteturuye kandi Uburundi. Kw’izina ry’abagumyabanga bose bahurikiye mu mugambwe CNDD-FDD, incuti n’abagenzi b’umugambwe CNDD-FDD ; Ndi n’iteka n’akanyamuneza […]
Mu myiyamamazo y’amatora twimirije ku wa 20 Rusama 2020, yabereye i Nyabikere n’i Buhiga mu ntara ya Karusi, kuri uwu wa 5 Rusama 2020, Samuragwa wa CNDD-FDD mu matora y’Umukuru w’igihugu, Nyakwubahwa Jenerali Majoro Varisito Ndayishimiye, yamenyesheje ko Abarundi dufise umushinge ukomeye mw’iterambere wubatswe n’Imboneza […]
Mu myiyamamazo y’Umugambwe CNDD-FDD yo kuri uwu wa 6 Rusama 2020 mu ntara ya Cankuzo, Nyenicubahiro Petero Nkurunziza, Imboneza y’amaho y’Umugambwe CNDD-FDD, yamenyesheje abenegihugu ko igitsindo kidasanzwe cinjijwe n’uwo mugambwe. Nyenicubahiro Umukuru w’igihugu yavuze ati: “Kuva Uburundi bwabaho, ni irya mbere Umukuru w’igihugu […]
Ikibazo c’ubushomeri mu rwaruka ruhejeje amashure kigiye gusezererwa. Iyo nkuru y’ihumure yashikirijwe na Jenerari Majoro Varisito Ndayishimiye, umukandida wa CNDD-FDD mu matora y’Umukuru w’igihugu yo ku wa 20 Rusama 2020, imbere y’isinzi ry’Abagumyabanga mu myiyamamazo yabereye i Nyabikere n’i Buhiga mu ntara ya […]
Mu bikorwa vy’imiyamamazo Samuragwa, Umukandida w’Umugambwe CNDD-FDD mu matora y’Umukuru w’igihugu yimirije ku wa 20 Rusama 2020, Jenerari Majoro Evariste Ndayishimiye amazemwo iminsi, aha aciye hose amenyesha ko Leta azoba arongoye izoca isezerera ikibazo co kwitwa impunzi mu gihugu c’amavukiro. No mu bikorwa […]
Mu myiyamamazo yabereye i Nyabikere n’i Buhiga mu ntara ya Karusi, kuri uwu wa 5 Rusama 2020, aho Samuragwa, Umukandida w’Umugambwe CNDD-FDD mu matora yo kuwa 20 Rusama 2020, Jenerari Majoro Varisito Ndayishimiye, yari yahishikiye, abanya Karusi baragaragaje umunezero udasanzwe, kubona Samuragwa yarabazaniye […]
Kuri uwu wa 5 Rusama 2020, niho Samuragwa, Umukandida w’Umugambwe CNDD-FDD mu matora azoba kuwa 20 Rusama 2020, Jenerari Majoro Varisito Ndayishimiye, yiyamamarije mu ntara ya Karusi, aho imbere y’umutaga yari muri komine Nyabikere, inyuma y’umutaga naho akaja muri komine Buhiga. Muri ivyo […]