Willy

Tangazo

TAMKO RASMI LA CHAMA CNDD-FDD LA TAREHE 03 OKTOBA, 2015

Jumuiya ya nchi za Ulaya imechukulia baadhi ya warundi hatua za uchokozi zisizofariji kinyume na sheria Tarehe 01 Oktoba, 2015 Jumuiya ya Umoja wa Ulaya ilikutana Ubelgiji ambapo ilichukuwa hatua zisizo wazi na zisizofaa dhidi ya warundi wanne (4) wa kabila moja la wahutu. Hatua hizo zinawakataza watajwa hao kuingia katika nchi wanachama wa Jumuiya…

Amatangazo

IBIMENYESHEJWE N’UMUGAMBWE CNDD-FDD KU WA 3 GITUGUTU 2015

Umuryango w’ibihugu vya Buraya waraye ufatiye Abarundi bamwe ingingo zidahumuriza ziteye kubiri n’ubutungane bibonekako ari agasomborotso.  Kw’igenekerezo rya 1 Gitugutu 2015 Ishirahamwe  ry’ Ubumwe bwa Buraya ryarakoranye mu Bubiligi aho ryafatiye ingingo zidatomoretse Abarundi bane (04) b’ubwoko bumwe bw’Abahutu zibabuza kwinjira mu bihugu bigize uwo Muryango, zikanabafatira amatungo yabo boba bafise muri ivyo bihugu 28….

Tangazo

TANGAZO N° 036/2015 LA CHAMA CNDD-FDD LA TAREHE 15 Septemba, 2015

WANAOUA WATU HAWAJUI WANACHOKIFANYA, WANA KIU YA DAMU TU Wanasiasa wa upinzani sugu wasiopenda kuutambua uongozi uliopo wamechagua njia isiyofika. Kumekuwepo na mauaji ya kupanga yakilenga baadhi ya viongozi ambao ni  maafisa katika mamlaka za ulinzi na walio katika vyama vya upinzani. Mifano ni kuuawa kwa aliyekuwa Mwenyekiti wa chama UPD – Zigamibanga Zedi Feruzi,…

Amatangazo

ITANGAZO NO 036/2015 RY’UMUGAMBWE CNDD-FDD RYO KU WA 15 NYAKANGA 2015

Abo bica abantu ntibazi ico bakora, ni ibinywamaraso gusa Abanyepolitike b’intagondwa baterekwa ubutegetsi bahisemwo inzira idashika. Haraheze iminsi hibonekeza ubwicanyi bukorerwa abantu bamwe bamwe na cane cane indongozi ziri mu nzego zijejwe umutekano n’abari mu migambwe itavuga rumwe na Reta. Uturorero ni nk’igandagurwa ry’uwahoze arongoye Umugambwe UPD-Zigamibanga Zedi Feruzi mu kwezi kwa Rusama, ukuraswa kw’intwazangabo…

Le Président Nkurunziza s’est joint à la population de la commune Mwumba dans la célébration de la victoire du parti CNDD-FDD dans les élections de 2015
Actualité

Le Président Nkurunziza s’est joint à la population de la commune Mwumba dans la célébration de la victoire du parti CNDD-FDD dans les élections de 2015

Les membres du parti CNDD-FDD ont célébré ce samedi, le 11 septembre 2015, dans toutes les communes du pays,  la victoire de leur parti dans les élections communales, législatives, sénatoriales et présidentielles qui ont eu lieu en 2015. Le Président de la République et Président du conseil des sages Son Excellence Pierre Nkurunziza a célébré cette…

Le parti CNDD-FDD célèbre sa victoire aux élections de 2015.
Actualité

Le parti CNDD-FDD célèbre sa victoire aux élections de 2015.

Samedi 12 septembre 2015 : Le parti CNDD-FDD a célébrée ce samedi 12 septembre 2015 sa victoire aux élections de 2015. Cette célébration a eu lieu dans toutes les provinces et communes du pays. Différentes autorités se sont jointes aux autres  Bagumyabanga  dans la célébration de cette victoire dans leurs communes natales respectives. Le Président de…

Kirundi

IJAMBO RISHIKIRIJWE ABAGUMYABANGA KU MUSI MUKURU WO KWIGINA INTSINZI Y’AMATORA YO MU MWAKA WA 2015.

Bagumyabanga, Bakenyererarugamba, Mbonerakure, Ncuti z’Umugambwe CNDD-FDD; Tugire CNDD-FDD; Imbere ya vyose tubanje gushimira Imana Data Mushoboravyose, yoyo yadufashije tugakoranira hano, kumbure nta muntu muri twebwe yari azi ko yoba agihema  aya  masaha turavye   ivyo duhitiyemwo. Ko rero iyo Mana yavyikoreye, twebwe ahacu  n’ugushima gusa.  Nihabwe icubahiro. Bagumyabanga, Bakenyererarugamba, Mbonerakure, Ncuti z’Umugambwe CNDD-FDD; Uyu musi rero…

1 4 5 6 7 8