Willy

Press Releases

THE CNDD-FDD COMMUNIQUE N0 042/2015 DATED NOVEMBER 19TH, 2015

The foreign affairs minister   of Belgium Didier Reynders has ordered Belgians staying in Burundi to immediately come back to their home land following the pressure of the Belgium’s Prime Minister Charles Michel, son of Louis Michel.  In a strong declaration the CNDD-FDD party has released on October 3rd , 2015 to raise   its concern due…

Tangazo

TANGAZO N° 42/2015 LA CHAMA CNDD-FDD LA TAREHE 19 NOVEMBA, 2015

Kutokana na shinikizo la Waziri Mkuu wa Ubelgiji Charles Michel mtoto wa Louis Michel, Didie Reynders Waziri wa Ubelgiji wa Mambo ya Nchi za Nje na Ushirikiano wa Kimataifa ameamuru Wabelgiji waliopo nchini kurudi kwao mara moja.   Katika tangazo la chama CNDD-FDD la tarehe 3 Oktoba, 2015, chama kilionyesha kuthamini na masikitiko vilivyosababishwa na…

Amatangazo

ITANGAZO N° 042/2015 RY’UMUGAMBWE CNDD-FDD RYO KU WA 19 MUNYONYO 2015

Kubera agahato Umushikiranganji wa mbere w’Ububirigi Charles Michel, umuhungu wa Louis Michel yagize kuri Didier Reynders umushikiranganji w’imigenderanire y’Ububirigi n’ayandi makungu Ababirigi bose bari mu Burundi basabwe gusubira i wabo ubu nyene .   Mw’itangazo rikomeye Umugambwe CNDD-FDD waheruka gusohora kw’igenekerezo rya 03 Gitugutu 2015 wari werekanye umwitwarariko ufise ku kababaro n’agahinda watewe kandi ubandanya…

Tangazo

Salamu za rambirambi kwa nchi ya Ufaransa na watu wake.

TANGAZO N° 41/2015 LA CHAMA CNDD-FDD LA TAREHE 16 NOVEMBA, 2015. Baada ya kusikia mashambulizi ya kigaidi katika nchi ya Ufaransa, chama CNDD-FDD kinatoa salamu zake za rambirambi kwa Ufaransa na watu wake. Chama kinasikitishwa na uhalifu na kulaani kwa nguvu zote ugaidi huo usiobagua nchi au sehemu yoyote ya dunia. Ni wakati ambapo nchi…

Press Releases

The CNDD-FDD conveys its condolences to France and French people

THE CNDD-FDD COMMUNIQUE N0 041/2015 DATED NOVEMBER 16TH, 2015 The CNDD-FDD party commiserates   with France and the French people following   the terrorism     that has broken out in that country. It is deeply saddened by the barbaric acts and strongly condemns such terrorists     that spare nobody,   no country and no continent as well. It is high time…

Amatangazo

Umugambwe CNDD-FDD urahojeje igihugu c’Ubufaransa n’Abenegihugu b’Ubufaransa

ITANGAZO N° 041/2015 RY’UMUGAMBWE CNDD-FDD RYO KU WA 16 MUNYONYO 2015 Umugambwe CNDD-FDD urahojeje igihugu c’Ubufaransa n’Abenegihugu b’Ubufaransa inyuma y’aho wumviye ko iterabwoba ryateye muri ico gihugu. Urababajwe cane kandi uriyamirije wivuye inyuma ububisha bw’iterabwoba nk’ubwo atawe bugera umutwe. Nta gihugu na kimwe, nta mugabane n’umwe abakora iterabwoba bagera umutwe. Harageze n’imba hatararengerana ko ibihugu…

Communiqués de presse

Condoléances à la France et au Peuple Français

COMMUNIQUE N° 041 DU PARTI CNDD-FDD DU 16 NOVEMBRE 2015 Le Parti CNDD-FDD exprime ses vives condoléances à la France et au Peuple Français, après avoir appris que le terrorisme a frappé dans ce Pays. Il est profondément ému et bouleversé et condamne avec ses dernières énergies de tels actes terroristes qui n’épargnent aucun pays,…

1 2 3 4 5 6 8