Kuri uyu wa gatanu, igenekerezo rya 24 Munyonyo 2023, Umukuru w’umuhari w’Abakenyererarugamba ku rwego rw’igihugu Yamuremye Mariya Goreti, arikumwe n’abarongoye Umuhari mu makomine agize intara ya Gitega barifadikanije n’Abakenyererarugamba bo muri komine Kiganda, aho bari baramutse batera umurima w’amateke muri zone ya Gasura urenza gato ihegitari zibiri. Mariya Goreti Yamuremye yashimiye abakenyererarugamba bo muri iyo…
Le Parti CNDD-FDD lance officiellement la campagne de plantation des arbres dont des avocatiers et des caféiers.
Ce jeudi 23 novembre 2023, le parti CNDD-FDD a officiellement lancé la campagne de plantation des arbres, entre autres les avocatiers et les caféiers sur tout le territoire national du Burundi. Les activités d’ouverture se sont déroulées dans la zone Mutaho, de la commune Bugendana en province GITEGA, sous l’égide du Secrétaire Général – Adjoint…
Nyeniteka Reveriyano asaba abagumyabanga bo muri zone Bigina, kubaka zone yabo ku buryo buteye imbere na bugingo izone igiye gufata urugero nk’urwo komine yahorako
Mu ntumbero yo gusanga abagumyabanga ku kivi, umunyamabanga mukuru w’umugambwe CNDD-FDD Nyeniteka Révérien NDIKURIYO yaragendeye, kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 04 Munyonyo 2023, abagumyabanga bo muri zone BIGINA, muri komine Makamba y’intara ya Burunga. Nyeniteka Révérien NDIKURIYO yasavye abagumyabanga kureresha abana babo indero y’ikirundi y’abo hambere no kubakundisha ibikorwa kugira bakure ari abakozi b’ubwira…
Umunyamabanga mukuru w’Umugambwe CNDD-FDD yasangiye ibikorwa rusangi n’abenegihugu bo ku mutumba Sampeke
Umunyamabanga mukuru w’umugambwe CNDD-FDD Nyeniteka Révérien NDIKURIYO yaranguriye ibikorwa rusangi vyo kuri uyu wa gatandatu, igenekerezo rya 4 Munyonyo 2023, ku mutumba SAMPEKE uri muri komine KAYOGORO mu ntara ya Makamba, ubu uwo mutumba ukaba utwarwa muri komine nshasha ya Makamba mu ntara nshasha BURUNGA. Ivyo bikorwa rusangi bikaba vyari bijanye no kuvanga umusenyi n’isima…
Umugumyabanga wese asabwa kuguma mw’isezerano ry’Imana n’Umugambwe CNDD-FDD.
Nk’Umugambwe washize Imana imbere, buri wa kane wa nyuma w’ukwezi, Umugambwe CNDD-FDD wama utunganya amasengesho mpuzamadini mu ntumbero yo kuzigama no kwibukanya isezerano ry’Imana n’Umugambwe CNDD-FDD. Mu ngoro nkuru y’umugambwe CNDD-FDD iri mu Gisagara ca BUJUMBURA, amasengesho yo kuri uyu wa kane, igenekerezo rya 26 Gitugutu 2023, yari yatewe iteka n’Umunyamabanga mukuru w’umugambwe CNDD-FDD, Nyeniteka…
Le Secrétaire Général du parti CNDD-FDD rencontre les différents dirigeants du parti dans la nouvelle province de Bujumbura
Les différents dirigeants du parti CNDD-FDD dans la province de Bujumbura, ainsi que ceux des communes et des zones composant cette nouvelle circonscription administrative, étaient en réunion ce mercredi 25 octobre 2023, avec le Secrétaire Général de ce parti, Très Honorable Révérien Ndikuriyo à la Permanence Nationale du Parti sise à Bujumbura, pour échanger sur…






