URUFATIRO : INDONGOZI NI URUFATIRO RW’UBUZIMA BW’ABO IJEJWE Ku wa 20 NZERO 2022 Tugire CNDD-FDD Kubw’Imana Rugiravyose, Nyen’impuhwe n’Urukundo Mbanje kubaramutsa amahoro y’Imana Kuri uyu umusi mwiza wa kane igenekerezo rya 20 Nzero 2021, Tubanje gukengurukira Imana yawushikanyeko turi bazima. Nihabwe Icubahiro. Mpagaze ngaha imbere yanyu rero kugirango ndabahe ikaze nongere ndabakengurukire kubona mwaremeye kwitaba ubutumire…
Ijambo ry’ikaze ry’Umunyamabanga Mukuru w’Umugambwe CNDD-FDD- Amasengesho asozera Ndamukiza.
AMASENGESHO ASOZERA UKWEZI KWA NDAMUKIZA BUJUMBURA, 29 NDAMUKIZA 2021 IJAMBO RY’URUFATIRO “Ishengero riramubaza, riti None tugire dute? Arabishura, at’ Ufise amapfundo abiri, rimwe n’arihe utarifise, n’ufise ivyo kurya n’agire artyo. Kandi haza n’abatozakori kubatizwa, baramubaza, bati Mwigisha, tugire dute? Arabishura, ati Ntimugatoze abantu ibiruta ivyo mwagezwe. N’abasoda baramubaza, bati Tweho tugire dute? Arabishura, ati Ntihakagire…
2820 nouveaux adhérents au parti CNDD-FDD accueillis ce weekend en commune Kiremba de la province Butanyerera.
Sous le haut patronage du Secrétaire Général du parti CNDD-FDD, Très Hon. Révérien Ndikuriyo, 2820 nouveaux membres ont été accueillis officiellement, ce samedi 9 décembre 2023, dans les rangs du parti au pouvoir en commune Kiremba de la province Butanyerera (nord du Burundi). Le secrétaire général du parti CNDD-FDD a remercié les responsables du parti…
Umugambwe CNDD-FDD watanguje icese isekeza ryo gutera ikawa n’amavoka mu ntara ya Butanyerera
Bagiwe imbere n’Umunyamabanga mukuru w’Umugambwe CNDD-FDD Nyeniteka Reveriyano Ndikuriyo, n’abandi bagize Ubuserukizi bukuru bw’Umugambwe, abagumyabanga bo ku Mutumba Ngoma, zone Ngoma, muri komine Tangara yo mu ntara ya Butanyerera, ni bo batanguje umugambi wo gutera ikawa, aho bateye imivyaro y’ibiti vy’ikawa ingana 1892 yatewe k’uburinganire bwababa ihegitari, kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 9 Kigarama…
Abagumyabanga bahamagarirwa gukomeza inyifato nziza n’urukundo mu benegihugu.
Umunyamabanga mukuru w’umugambwe CNDD-FDD, Nyeniteka Révérien Ndikuriyo, aherekejwe n’umunyamabanga ntunganyabisata ajejwe ajejwe inkino, imibano, imicokama n’ubuhinga ndangakaranga Calinie Mbarushimana, yazindukiye mu ntara ya Gitega kuri uyu wa gatanu, igenekerezo rya 08 Kigarama 2023, aho yagendeye abagumyabaga bo mu mazone atatu, ariyo Bisoro, Kanka zo muri Komine nshasha ya Mwaro na Ryansoro yo muri komine Gishubi….
Umunyamabanga mukuru arabandanya kugendera abagumyabanga abasanze mu mazone iwabo.
Kuri uyu wa kane, igenekerezo rya 07 Kigarama 2023, Umunyamabanga mukuru w’Umugambwe CNDD-FDD, Nyeniteka Révérien NDIKURIYO yaragendeye amazone atandatu yo muri Komine Matana, mu ntara ya Burunga. Urwo rugendo akaba yarutanguriye muri zone Nyagasasa, abandaniriza mu mazone ya Kibezi, Kivumu, Mugamba, Mwumba ; aca aja kurusozerera muri zone Vyuya. Muri ayo mazone, Umunyamabanga mukuru yari yaherekejwe…
La représentation nationale du parti au pouvoir continue ses descentes dans les zones
Accompagné ce jeudi 07 décembre 2023 par le Secrétaire National chargé de la communication, Madame Doriane MUNEZERO, ainsi que la représentation du parti CNDD-FDD dans la nouvelle circonscription administrative de BURUNGA, le Secrétaire Général du parti CNDD-FDD, Très Honorable Révérien NDIKURIYO, a poursuivi ses descentes qu’il effectue dans toutes les zones du Burundi. Ce jeudi,…
Le Parti CNDD-FDD appelle les Bagumyabanga à avoir une vision de développement.
Du 04 au 5 décembre 2023, la tournée dans les zones du Burundi s’est poursuivie à Gitega avec la visite du Très Hon. Réverien Ndikuriyo. Cette tournée a eu lieu dans les zones de Nyakararo, Yanza, Rusaka, Makamba, Nyarucamo, Rorero, Gisozi, Kayokwe, Gatwe et Muyebe avec un objectif d’échanger avec les Bagumyabanga sur la vie…
Les Bagumyabanga sont interpelés à s’évaluer pour vérifier s’ils marchent encore dans l’alliance scellée avec Dieu
Les militants du parti CNDD-FDD, connus sous le nom de « Bagumyabanga », se sont rassemblés dans toutes les étendues du territoire burundais dans une prière d’action de grâce, comme il en est d’habitude le dernier jeudi de chaque mois. Dans la nouvelle province de Bujumbura, les Bagumyabanga se sont réunis à la Permanence Nationale du parti…
La campagne de plantation d’arbres, d’avocatiers et de caféiers continue.
Poursuite, ce 25 novembre, de la campagne de plantation d’arbres, d’avocatiers et de caféiers sur la colline Gitaba de la zone Murago, commune RUMONGE dans la nouvelle province Burunga. Les travaux étaient rehaussés par le Secrétaire Général Adjoint du parti CNDD-FDD Hon. Cyriaque Nshimirimana, qui a rappelé que la redynamisation du secteur Café est une…
Igiterwa c’amateke kiriko kirarwizwa n’Umugambwe CNDD-FDD mu Burundi biciye ku muhari w’Abakenyererarugamba.
Kuri uyu wa gatanu, igenekerezo rya 24 Munyonyo 2023, Umukuru w’umuhari w’Abakenyererarugamba ku rwego rw’igihugu Yamuremye Mariya Goreti, arikumwe n’abarongoye Umuhari mu makomine agize intara ya Gitega barifadikanije n’Abakenyererarugamba bo muri komine Kiganda, aho bari baramutse batera umurima w’amateke muri zone ya Gasura urenza gato ihegitari zibiri. Mariya Goreti Yamuremye yashimiye abakenyererarugamba bo muri iyo…
Le Parti CNDD-FDD lance officiellement la campagne de plantation des arbres dont des avocatiers et des caféiers.
Ce jeudi 23 novembre 2023, le parti CNDD-FDD a officiellement lancé la campagne de plantation des arbres, entre autres les avocatiers et les caféiers sur tout le territoire national du Burundi. Les activités d’ouverture se sont déroulées dans la zone Mutaho, de la commune Bugendana en province GITEGA, sous l’égide du Secrétaire Général – Adjoint…