Month: août, 2021

IJAMBO RYA NYAKWUBAHWA UMUNYAMABANGA MUKURU W’UMUGAMBWE CNDD-FDD RYO KWUGURURA AMASENGESHO MPUZAMADINI
Non classé

IJAMBO RYA NYAKWUBAHWA UMUNYAMABANGA MUKURU W’UMUGAMBWE CNDD-FDD RYO KWUGURURA AMASENGESHO MPUZAMADINI

URUFATIRO :  INDONGOZI NI URUFATIRO RW’UBUZIMA BW’ABO IJEJWE  Ku wa 20 NZERO 2022 Tugire CNDD-FDD Kubw’Imana Rugiravyose, Nyen’impuhwe n’Urukundo Mbanje kubaramutsa amahoro y’Imana Kuri uyu umusi mwiza wa kane igenekerezo rya 20 Nzero 2021, Tubanje gukengurukira Imana yawushikanyeko turi bazima. Nihabwe Icubahiro. Mpagaze ngaha imbere yanyu rero kugirango ndabahe ikaze nongere ndabakengurukire kubona mwaremeye kwitaba ubutumire…

Ijambo ry’ikaze ry’Umunyamabanga Mukuru w’Umugambwe CNDD-FDD- Amasengesho asozera Ndamukiza.
Non classé

Ijambo ry’ikaze ry’Umunyamabanga Mukuru w’Umugambwe CNDD-FDD- Amasengesho asozera Ndamukiza.

AMASENGESHO ASOZERA UKWEZI KWA NDAMUKIZA BUJUMBURA, 29 NDAMUKIZA 2021 IJAMBO RY’URUFATIRO “Ishengero riramubaza, riti None tugire dute? Arabishura, at’ Ufise amapfundo abiri, rimwe n’arihe utarifise, n’ufise ivyo kurya n’agire artyo.  Kandi haza n’abatozakori kubatizwa, baramubaza, bati Mwigisha, tugire dute? Arabishura, ati Ntimugatoze abantu ibiruta ivyo mwagezwe. N’abasoda baramubaza, bati Tweho tugire dute? Arabishura, ati Ntihakagire…

IJAMBO RISHIKIRIJWE NA NYAKUBAHWA UMUNYAMABANGA MUKURU W’UMUGAMBWE CNDD-FDD YUGURURA  INAMA YA KOMITE NKURU IGIRA KABIRI.
Non classé

IJAMBO RISHIKIRIJWE NA NYAKUBAHWA UMUNYAMABANGA MUKURU W’UMUGAMBWE CNDD-FDD YUGURURA INAMA YA KOMITE NKURU IGIRA KABIRI.

Imbere ya vyose tubanje gushimira Imana Mushoboravyose yadushikanye kuri uyu musi turi bazima. Nihabwe icubahiro, Yo yama izigama Uburundi n’Abarundi, twame na ntaryo tuzirikana ko ari Yo Nsa ifise ikibanza ca Mbere mu mugambwe wacu no mu gihugu cacu ciza ciza c’Uburundi. Iragahora ihimbazwa irabibereye. Kw’izina ry’abagumyabanga bose bahurikiye mu mugambwe CNDD-FDD, Ndi n’iteka n’akanyamuneza…