The CNDD-FDD Party joins all its members and all Burundians in general, to manifest their happiness and enthusiasm following the United Nations Security Council’s right decision to remove Burundi from its political agenda. This decision marks the recognition by the Security Council of the real […]
Le Parti CNDD-FDD se joint à tous ses militants et à tous les Burundais en général, pour manifester sa joie et enthousiasme suite à la décision responsable du Conseil de Sécurité de l’Organisation des Nations Unies de retirer le Burundi de son agenda politique. Cette […]
Umugambwe CNDD-FDD wifatikanije n’abagumyabanga bose, ndetse n’abarundi bose muri rusangi kugira ugaragaze icese ko wakiranye urweze ingingo rugabo iherutse gufatwa n’urwego rujejwe umutekano mw’Ishirahamwe Mpuzamakungu ONU, iyo ngingo ikura Uburundi ku rutonde rw’ivyigwa mu bijanye n’umutekano n’agateka ka zina muntu. Iyo ngingo irerekanye neza ko […]
Le Président de la République, Son Excellence Evariste Ndayishimiye a accordé une audience, le mardi 8 décembre 2020 au Palais Présidentiel Ntare Rushatsi, au Ministre des Relations Extérieures de la République d’Angola. Son Excellence Têtè ANTONIO était à la tête d’une forte délégation multidisciplinaire composée […]
The President of the Republic, His Excellency Evariste Ndayishimiye granted an audience, on Tuesday December 8, 2020 at Ntare Rushatsi Presidential Palace, to the Minister of External Relations of the Republic of Angola. His Excellency Têtè ANTONIO was heading a strong multidisciplinary delegation composed of […]
Le Burundi et l’Union Européenne ont renoué le dialogue au plus haut niveau ce lundi 7 décembre, par une audience que le Chef de l’Etat Evariste Ndayishimiye a accordée, au Palais Ntare Rushatsi, au Représentant de l’Union Européenne au Burundi en compagnie des ambassadeurs des […]
Nk’uko Reta Mvyeyi, Reta Nkozi idasiba guhamagarira abarundi kugwanya ubukene babicishije mu gukunda ibikorwa, Umugambwe CNDD-FDD ntiwasigaye inyuma aho kuri uyu wa kane wa nyuma w’ukwezi Munyonyo 2020 watunganije amasengesho yo gukengurukira Imana ku rufatiro: « Hagize umuntu adashaka gukora, n’ukurya ntarye ». Icegera c’Umunyamabanga mukuru w’umugambwe […]
Inyuma y’urugamba rwo kugarura amahoro na demokarasi, Uburundi bwarahagurukiye ikibazo kijanye n’inzara mu benegihugu. Nyenicubahiro Umukuru w’igihugu ahamagarira abarundi gukunda ibikorwa kuko ata muntu n’umwe yakuye amaboko mu mpuzu agakora abayeho nabi. Arakebura abakozi bakora mu bushikiranganji bw’uburimyi hamwe n’abafundi b’indimo bishinga kuguma mu biro […]
Bahati Jérôme aserukira ishirahamwe ry’abahumure ku rwego w’igihugu, mw’ijambo ryiwe, yashikirije ko intwari ku rugamba zarangwa no kugira urunani, kwitanga hamwe no kwama zimenya ibihe zigezemwo gutyo zigakomeza kugwaniriza hamwe urugamba. Bahati Jerome yagiriyeko asaba ko hoba itegeko ribagenga, gusubiramwo itegeko rigenga abahumure mu mugambwe […]
Kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 21 Munyonyo 2020 niho hasozerwa muri komine Buhiga y’intara ya Karusi indwi yahariwe Intwari ku rugamba. Nyenicubahiro umukuru w’Igihugu Jenerari Majoro Varisito Ndayishimiye yasavye abarundi kutanjanjwa ku mahoro n’umutekano baronse bigoranye. Akaba yahamagariye abarundi bose, abagumyabanga hamwe n’abari mu […]
