Umugambwe CNDD-FDD wifatikanije n’abagumyabanga bose, ndetse n’abarundi bose muri rusangi kugira ugaragaze icese ko wakiranye urweze ingingo rugabo iherutse gufatwa n’urwego rujejwe umutekano mw’Ishirahamwe Mpuzamakungu ONU, iyo ngingo ikura Uburundi ku rutonde rw’ivyigwa mu bijanye n’umutekano n’agateka ka zina muntu. Iyo ngingo irerekanye neza ko … Lire la suite de ITANGAZO RY’UMUGAMBWE CNDD-FDD RYO GUSHIMA INGINGO INAMA NKURU IJEJWE UMUTEKANO Y’ISHIRAHAMWE MPUZAMAKUNGU ONU YARAYE IFASHE YO GUKURA UBURUNDI K’URUTONDE RW’IVYIRWA MU BIJANYE N’UMUTEKANO.
Copiez-collez cette URL dans votre site WordPress pour l’inclure
Copiez-collez ce code sur votre site pour l’y intégrer