Umukuru w’igihugu aragabisha abagoronome n’abafundi b’indimo badasanga abenegihugu ku kivi
Inyuma y’urugamba rwo kugarura amahoro na demokarasi, Uburundi bwarahagurukiye ikibazo kijanye n’inzara mu benegihugu. Nyenicubahiro Umukuru w’igihugu ahamagarira abarundi gukunda ibikorwa kuko ata muntu n’umwe yakuye amaboko mu mpuzu agakora abayeho nabi. Arakebura abakozi bakora mu bushikiranganji bw’uburimyi hamwe n’abafundi b’indimo bishinga kuguma mu biro … Lire la suite de Umukuru w’igihugu aragabisha abagoronome n’abafundi b’indimo badasanga abenegihugu ku kivi
Copiez-collez cette URL dans votre site WordPress pour l’inclure
Copiez-collez ce code sur votre site pour l’y intégrer