Samuragwa: « Umushinge mw’iterambere dufise tuwukesha Nyenicubahiro Petero Nkurunziza »
Mai06

Samuragwa: « Umushinge mw’iterambere dufise tuwukesha Nyenicubahiro Petero Nkurunziza »

Mu myiyamamazo y’amatora twimirije ku wa 20 Rusama 2020, yabereye i Nyabikere n’i Buhiga mu ntara ya Karusi, kuri uwu wa 5 Rusama 2020, Samuragwa wa CNDD-FDD mu matora y’Umukuru w’igihugu, Nyakwubahwa Jenerali Majoro Varisito Ndayishimiye, yamenyesheje ko Abarundi dufise umushinge ukomeye mw’iterambere wubatswe n’Imboneza yamaho, Nyenicubahiro Petero Nkurunziza, Umukuru w’igihugu c’Uburundi. Samuragwa amenyesha ko hari abatanezerewe...

Read More

Cankuzo: Nyenicubahiro Petero Nkurunziza: Amateka mashasha ya CNDD-FDD

  Mu myiyamamazo y’Umugambwe CNDD-FDD yo kuri uwu wa 6 Rusama 2020 mu ntara ya Cankuzo, Nyenicubahiro Petero Nkurunziza, Imboneza y’amaho y’Umugambwe CNDD-FDD, yamenyesheje abenegihugu ko igitsindo kidasanzwe cinjijwe n’uwo mugambwe.   Nyenicubahiro Umukuru w’igihugu yavuze ati: “Kuva Uburundi bwabaho, ni irya mbere Umukuru w’igihugu arangije neza ikiringo ciwe, akagira uruhara mu gutora umusubirizi, agatako akamushigikira....

Read More
Samuragwa: « Ubushomeri mu rwaruka bayi!!!!!!! »
Mai06

Samuragwa: « Ubushomeri mu rwaruka bayi!!!!!!! »

    Ikibazo c’ubushomeri mu rwaruka ruhejeje amashure kigiye gusezererwa. Iyo nkuru y’ihumure yashikirijwe na Jenerari Majoro Varisito Ndayishimiye, umukandida wa CNDD-FDD mu matora y’Umukuru w’igihugu yo ku wa 20 Rusama 2020, imbere y’isinzi ry’Abagumyabanga mu myiyamamazo yabereye i Nyabikere n’i Buhiga mu ntara ya Karusi kuri uwu wa 5 Rusama 2020.   Ikibazo nyamukuru kwari ukuronka umutahe, none Imana yaraye ibikoze. Ya...

Read More
Samuragwa:  »Kuba impunzi mu gihugu c’amavukiro bigiye gusezererwa »
Mai06

Samuragwa:  »Kuba impunzi mu gihugu c’amavukiro bigiye gusezererwa »

  Mu bikorwa vy’imiyamamazo Samuragwa, Umukandida w’Umugambwe CNDD-FDD mu matora y’Umukuru w’igihugu yimirije ku wa 20 Rusama 2020, Jenerari Majoro Evariste Ndayishimiye amazemwo iminsi, aha aciye hose amenyesha ko Leta azoba arongoye izoca isezerera ikibazo co kwitwa impunzi mu gihugu c’amavukiro.   No mu bikorwa vyabereye i Nyabikere n’i Buhiga mu ntara ya Karusi kuri uwu wa 5 Rusama 2020 yarabigarutseko, aho yasavye...

Read More