Imyaka 24 irarangiye, Nyenicubahiro Umukuru w’igihugu c’Uburundi Cyprien NTARYAMIRA n’abashikiranganji babiri ba Reta y’Uburundi Bernard Ciza na Cyriaque Simbizi bagandaguriwe mu gihugu kibanyi c’Urwanda. Kuri iryo genekerezo rya 6 Ndamukiza 1994, indege barimwo yari isanzwe irerura umukuru w’igihugu c’Urwanda Juvénal Habyarimana yatewe igisasu ca […]
