ITANGAZO KU BAMENYESHAMAKURU INYUMA Y’INAMA YA KOMITE NKURU Y’UMUGAMBWE CNDD-FDD
Mar13

ITANGAZO KU BAMENYESHAMAKURU INYUMA Y’INAMA YA KOMITE NKURU Y’UMUGAMBWE CNDD-FDD

    Abagumyabanga bagize Komite Nkuru y’Umugambwe CNDD-FDD barakoraniye mu nama mu Ntara ya Ngozi ku magenekerezo ya 9-10 Ntwarante 2018, kugirango basuzume aho ishirwa mu ngiro ry’imigambi umugambwe CNDD_FDD wiyemeje bongere bahanahane ivyiyumviro ku ngingo zibereye zotuma bashika kw’ihangiro biyemeje ryo guteza imbere Uburundi.   Izo ngingo nazo zijanye no gukomeza inama nshingiro, gukurikirana ibikorwa...

Read More
COMMUNIQUE DE PRESSE RELATIF A LA TENUE DE LA REUNION  DU COMITE CENTRAL DU PARTI CNDD-FDD
Mar13

COMMUNIQUE DE PRESSE RELATIF A LA TENUE DE LA REUNION DU COMITE CENTRAL DU PARTI CNDD-FDD

    Le Comité Central du Parti CNDD-FDD s’est réuni à Ngozi du 09 au 10 Mars 2018, en vue d’analyser ensemble le pas déjà franchi dans la mise en œuvre du Programme Politique du Parti. Ils ont échangé sur les voies et moyens qui concourent à l’édification du Parti et du pays.   Le Comité Central du Parti a arrêté des résolutions fermes visant notamment le renforcement des structures du Parti partant de la cellule de...

Read More