ITANGAZO NO 009/2016 RY’UMUGAMBWE CNDD-FDD RYO KU WA 07 RUSAMA 2016

Uguhoza umuryango w’uwahoze ari Umukuru w’Igihugu Koroneri Yohani Batisita BAGAZA 1. Umugambwe CNDD-FDD waraguye mu gahundwe wumvise inkuru y’umubabaro y’urupfu rw’uwigeze kurongora Uburundi Koroneri Yohani Batisita BAGAZA rwabereye mu bitaro vyitiriwe Umweranda Elisabeth mu gihugu c’Ububirigi mu gitondo co ku munsi wa gatatu, igenekerezo rya … Lire la suite de ITANGAZO NO 009/2016 RY’UMUGAMBWE CNDD-FDD RYO KU WA 07 RUSAMA 2016