WANAOUA WATU HAWAJUI WANACHOKIFANYA, WANA KIU YA DAMU TU Wanasiasa wa upinzani sugu wasiopenda kuutambua uongozi uliopo wamechagua njia isiyofika. Kumekuwepo na mauaji ya kupanga yakilenga baadhi ya viongozi ambao ni maafisa katika mamlaka za ulinzi na walio katika vyama vya upinzani. Mifano ni kuuawa […]
Abo bica abantu ntibazi ico bakora, ni ibinywamaraso gusa Abanyepolitike b’intagondwa baterekwa ubutegetsi bahisemwo inzira idashika. Haraheze iminsi hibonekeza ubwicanyi bukorerwa abantu bamwe bamwe na cane cane indongozi ziri mu nzego zijejwe umutekano n’abari mu migambwe itavuga rumwe na Reta. Uturorero ni nk’igandagurwa ry’uwahoze arongoye […]
Ceux qui tuent ne savent pas ce qu’ils font, ils n’ont que la soif de sang Les politiciens de l’opposition radicale ont choisi un chemin qui n’aboutira pas. Depuis un certain temps, des observateurs assistent à des assassinats ciblés contre des personnalités de la Mouvance […]
Those who kill people do not know what they do, they have the bloodlust The radical opposition politicians have chosen a path that will not lead. For some time, there are targeted assassinations against personalities of the army, government and opposition parties. For examples, […]
Les membres du parti CNDD-FDD ont célébré ce samedi, le 11 septembre 2015, dans toutes les communes du pays, la victoire de leur parti dans les élections communales, législatives, sénatoriales et présidentielles qui ont eu lieu en 2015. Le Président de la République et Président […]
Samedi 12 septembre 2015 : Le parti CNDD-FDD a célébrée ce samedi 12 septembre 2015 sa victoire aux élections de 2015. Cette célébration a eu lieu dans toutes les provinces et communes du pays. Différentes autorités se sont jointes aux autres Bagumyabanga dans la célébration de […]
Bagumyabanga, Bakenyererarugamba, Mbonerakure, Ncuti z’Umugambwe CNDD-FDD; Tugire CNDD-FDD; Imbere ya vyose tubanje gushimira Imana Data Mushoboravyose, yoyo yadufashije tugakoranira hano, kumbure nta muntu muri twebwe yari azi ko yoba agihema aya masaha turavye ivyo duhitiyemwo. Ko rero iyo Mana yavyikoreye, twebwe ahacu n’ugushima gusa. Nihabwe […]
IBIMENYESHEJWE N’UMUGAMBWE CNDD-FDD Akahise k’Umugambwe CNDD-FDD kagiye kararangwa n’amanama be n’amakoraniro akomakomeye ku rwego rw ‘igihugu, ivyo navyo bikaba vyari bifise intumbero yo gutsimbataza akarangamutima mu Bagumyabanga. Eka no hanze yawo haratunganijwe amakoraniro menshi, hakaba haranabaye ibiganiro vyahuje Reta ya kera n’Umuhari CNDD-FDD. Ivyo biganiro vyamaze […]
